Zum Inhalt springen
11.07.2026

Live aus Eichstätt: Gottesdienst zum Ministrantentag mit Feier der Burundi-Partnerschaft

Wir übertragen live aus dem Eichstätter Dom den Gottesdienst zum Ministrantentag in der Willibaldswoche. In diesem Gottesdienst begrüßen wir eine Delegation aus dem Partnerbistum Gitega in Burundi. Feierlicher Höhepunkt des Besuchs aus Afrika ist der Festgottesdienst mit den Gästen aus Gitega am Samstag, 11. Juli, um 16 Uhr. Gemeinsam mit zahlreichen Ministrantinnen und Ministranten aus dem gesamten Bistum, die an diesem Tag in Eichstätt zusammenkommen, wird das 50-jährige Bestehen der Partnerschaft Eichstätt – Gitega im Dom gefeiert.

Nous retransmettons en direct depuis la cathédrale d’Eichstätt la messe organisée à l’occasion de la Journée des servants de messe, dans le cadre de la « Willibaldswoche ». Lors de cette messe, nous accueillons une délégation du diocèse partenaire de Gitega, au Burundi. Le point d’orgue de cette visite africaine sera la messe solennelle célébrée avec les invités de Gitega, le samedi 11 juillet à 16 heures. En présence de nombreux enfants de chœur venus de tout le diocèse, qui se réuniront ce jour-là à Eichstätt, le 50e anniversaire du partenariat Eichstätt – Gitega sera célébré dans la cathédrale.

Turatangaza buhoro buhoro tuvuye muri Katedrale ya Eichstätt igikorwa co guhimbaza umusi w'abasuku b'igicaniro mu "ndwi ya Willibald." Muri ico gikorwa, turaha ikaze intumwa za Diyoseze dufatanije ya Gitega mu Burundi. Igihambaye cane mu bijanye n’urugendo rwo muri Afirika ni umusi mukuru wo guhimbaza n’abashitsi bavuye i Gitega ku wa gatandatu igenekerezo rya 11 Nyakanga, isaha zine z’ijoro. Hamwe n’abakozi benshi bo ku gicaniro bava mu mihingo yose ya Diyoseze bariko bakoranira i Eichstätt ku musi mukuru, imyaka 50 y’ubufatanye bwa Eichstätt–Gitega izohimbazwa muri iyo katederali.